Skip to main content

M. Placide NTAHONSHIKIYE

AMATEGEKO AVUGA IKI KU BIJANYE N’UBUSHURASHUZI MU BURUNDI ?

Submitted by Anonymous (not verified) on

Ibwirizwa rihindura igitabu c’amategeko mpanavyaha n° 1/05 ryo 22/04/2009 rirerekana neza ibijanye n’ubushurashuzi, ubumaraya, abo vyega hamwe n’ibihano bijanye. Twashimye rero kubibashikiriza ngo mubimenye ntihagire uwihenda ngo nta mategeko n’amabwirizwa ariho ahana ivyaha mwene ivyo.

Igice ca II : Ivyerekeye ivyaha birtyoza imigenzo myiza y’igihu-gu

Agace ka 1 : Ivyerekeye ugushurashura

Ingingo ya 538 :

ICOKORWA

Submitted by Anonymous (not verified) on
  1. Reta:

-       Ugukinga ko ubumaraya buba mu gihugu: igikorwa ca mbe-re Reta yokora ni ico kurondera ibituma nya mukuru abo ba-kobwa n’abagore baja muri urwo rucuruzwa rutabahesha icubahiro. Benshi bavuga ko ari ubukene, ariko hari n’ibindi bituma binyegeye tutaramenya. Ivyo bituma bigiye ahabona, niho igikorwa co kurwanya ubumaraya kizoshoboka ;

Vous m'avez rendu visite lorsque j'étais en prison

Submitted by Anonymous (not verified) on

Le magazine «UBUNTU BURIHABWA» est devenu l'un des piliers de la viedes prisonniers de NGOZI, pour les hommes aussi bien que pour les femmes. De fait, par essence, la prison est le lieu de transformation et de changement de comportement. Mais dans beaucoup de prisons, il manque des mécanismes d'accompagnement des prisonniers. Ainsi, les prisons sont transformées en lieu de torture et de privation de liberté. Si donc rien n'est prévu, il est naturel qu'après l'expiration de la peine le prisonnier refasse les mêmes crimes.