By webmaster on November 15, 2022    
  
  
     
Muri make, ivyokorwa kugira abantu bakora ibikorwa vy’iterambere baraburabujwe na “corona virisi” baga-hagarika n’ivyo biyungunganyamwo basubire ku kivi:
Abadandaza
- Borengera ivyabashikiye bakabandanya batara-taza mu bikorwa vyobateza imbere.
 
- Kwiyakira bakabona ko ubuzima budaca buha-garara.
 
Amashirahamwe
    
  
  
 
  
        
    
      
      By webmaster on November 15, 2022    
  
  
     

 
Kuyagira abandi ivyagushhikiye bibabaje niyo ntango yo gukira
 
 
- Inkuru
 
Mu biganiro Ikigo Ubuntu cagiraniye n’abenegihugu bo mu ntara zitandukanye  ku vyerekeye inkurikizi ku bacuruza n’abakora ibikorwa vy’iterambere mu gihe ca « corona virisi », ngizi inkuru zitandukanye zashikiri-jwe.
    
  
  
 
  
        
    
      
      By webmaster on November 15, 2022    
  
  
    Muri iyi nkuru, Ruzariya ni umukenyezi abanye ne-za n’umushingantahe wiwe Firipo. Aradandaza i-nzoga y’urwarwa amafaranga aronse akayakoresha mu guteza imbere umuryango. Ivyo vyahindutse i-gihe nyina wa Ruzariya agwariye “corona virisi” ikanamuhitana. Inyuma y’aho, Ruzariya yashoye inzoga nkuko yahora abikora, arabura n’umwe amu-gurira kubera ababanyi bari bazi ko nyina wiwe ya-size yandukije umuryango wose, bagatinya kwa-ndura no gupfa.