UGUSOZERA
      By webmaster on November 15, 2022    
  
  Muri make, ivyokorwa kugira abantu bakora ibikorwa vy’iterambere baraburabujwe na “corona virisi” baga-hagarika n’ivyo biyungunganyamwo basubire ku kivi:
Abadandaza
- Borengera ivyabashikiye bakabandanya batara-taza mu bikorwa vyobateza imbere.
 - Kwiyakira bakabona ko ubuzima budaca buha-garara.
 
Amashirahamwe
- Yogiranira ibiganiro n’abo bakozweko n’ico ki-za bari basanzwe bakora ibikorwa vyo kwiteza imbere.
 - Yoha inyigisho abakozweko n’ico kiza mu ntu-mbero yo kubaremesha
 
Leta
- Yoshinga ikigega c’integabizoza gifasha ababa bakozweko n’ibiza bitandukanye.
 - Kubafata mu mugongo mu kubaha ingurane ku-gira bashobore kunagura imigambi bahora ba-kora.
 
- Log in to post comments