Mme. Madeleine BIGIRIMANA
UGUSOZERA
Muri make, ivyokorwa kugira abantu bakora ibikorwa vy’iterambere baraburabujwe na “corona virisi” baga-hagarika n’ivyo biyungunganyamwo basubire ku kivi:
Abadandaza
- Borengera ivyabashikiye bakabandanya batara-taza mu bikorwa vyobateza imbere.
- Kwiyakira bakabona ko ubuzima budaca buha-garara.
Amashirahamwe
INKURU ZITANDUKANYE ZEREKANA INKURIKIZI KU BADANDAZA, KU MIRYANGO NO KU MIBANO

Kuyagira abandi ivyagushhikiye bibabaje niyo ntango yo gukira
CORONA WE URAKANKOREYE PE. MBURE UMUVYEYI, NKUMIRWE MU KIBANO NONGERE MPOMBE MU RUDANDAZWA
Muri iyi nkuru, Ruzariya ni umukenyezi abanye ne-za n’umushingantahe wiwe Firipo. Aradandaza i-nzoga y’urwarwa amafaranga aronse akayakoresha mu guteza imbere umuryango. Ivyo vyahindutse i-gihe nyina wa Ruzariya agwariye “corona virisi” ikanamuhitana. Inyuma y’aho, Ruzariya yashoye inzoga nkuko yahora abikora, arabura n’umwe amu-gurira kubera ababanyi bari bazi ko nyina wiwe ya-size yandukije umuryango wose, bagatinya kwa-ndura no gupfa.
Badandaza namwe banywanyi bo mu mashirahamwe dusubire ku kivi
Mu ntumbero yo gushigikira abenegihugu bakozweko n’ikiza ca corona virisi bahora bakora ibikorwa vyo kwiteza imbere, mu nyuma, bakagira ihahamuka ku rugero rutandukanye kubera ibibazo vy’umurenge-ra,Ikigo Ubuntu gifashwe mu mugongo na PNUD n’i-gihugu ca Suisse, caragiraniye ibiganiro n’abenegihugu bo mu ntara zitandukanye zo mu gihugu : Cibitoke (Rugombo, Buganda), Bubanza (Gihanga), Bujumbura (Mutimbuzi), Kayanza (Matongo, Kabarore, Kayanza), Ngozi (Busiga, Mwumba, Nyamurenza) kugira gifashe gutekanya imitima yakozweko n’ico kiza ngo basubire mu miga
UGUSOZERA
Muri iki gihe abantu bose bafise ubwoba bwo kwandura u-mugera corona, ubwa mbere bobanza bakamenya ibime-nyetso biranga ico kiza: gushuha, gukorora ata gikororwa kiza, uburuhe utazi ico buvuyeko, guhema nabi, guta ijwi, guta ubushobozi bwo kumoterwa, kubabara mu gikiriza, n’ibindi. Ubwa kabiri, ivyokorwa kugira gituzwe ni ibi:
Kubwa Leta :
UMUCO W’UGUFASHANYA WOBA ARI INTAMBAMYI MU RUGAMBA RWO KURWANYA IKIZA KORONAVIRISI MU BURUNDI?
JANINE NA ERIKE BAJIJUKA
IGIKINO
Pagination
- Page 1
- Next page
Centre Ubuntu